ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ni inkerebutsi mu mutima ikaba n’inyenkomezi mu bubasha+.

      Ni nde yogira akagagazo kuri yo akagenda adakomeretse+?

  • Zaburi 63:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ni co gituma nakwitegereje ha hantu heranda+,

      Igihe nabona inkomezi zawe n’ubuninahazwa bwawe+.

  • Zaburi 77:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ni wewe Mana y’ukuri, ukora ibitangaje+.

      Mu bisata vy’abantu wamenyesheje inkomezi zawe+.

  • Nahumu 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova ateba gushavura+ kandi afise ububasha bwinshi+; Yehova nta ho azoreka guhana+.

      Inzira yiwe iri mu muyaga utema ugatongora no mu kirura, ibicu ni vyo ntumo itumurwa n’ibirenge vyiwe+.

  • Ivyahishuwe 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Inyuma y’ivyo numva ikimeze nk’ijwi rikomeye ry’isinzi rinini mw’ijuru+. Bavuga bati: “Shemeze Ya+! Ubukiriro+ n’ubuninahazwa n’ububasha ni ivy’Imana yacu+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika