Zaburi 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+. Yeremiya 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Umutima ni umuhemu kuruta ikindi kintu cose kandi ni mubi cane+. Ni nde yowumenya?
9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.Umuhogo wabo ni imva irangaye+;Bakoresha akarimi gasosa+.