Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Akanwa k’ikijuju ni ko gatikizo kaco+, kandi iminwa yaco ibera umutego ubuzima bwaco+. Luka 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amubwira ati: ‘Ngucira urubanza ku bivuye mu kanwa kawe bwite+, wa mushumba mubi we! Wari uzi rero yuko ndi umuntu akara, ntora ivyo ntabikije, ngashwabura ivyo ntabivye+?
22 Amubwira ati: ‘Ngucira urubanza ku bivuye mu kanwa kawe bwite+, wa mushumba mubi we! Wari uzi rero yuko ndi umuntu akara, ntora ivyo ntabikije, ngashwabura ivyo ntabivye+?