Zaburi 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela. Zaburi 46:1 Bibiliya y’isi nshasha 46 Imana ni ubuhungiro n’inkomezi vyacu+,Ikaba n’imfashanyo yoroshe kuronka mu gihe c’amarushwa+. Zaburi 91:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nzobwira Yehova nti: “Uri ubuhungiro bwanje n’igihome canje gikomeye+,Imana yanje nzokwizigira+.” Ivyahishuwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”
7 Uri ubwihisho bwanje; uzonzigama unkize amarushwa+.Uzonkikuza akamo k’umunezero, ako umuntu yiha iyo arokowe+. Sela.
10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”