16 amazi yariko amanuka avuye ruguru aca arahagarara. Araduga aba urugomero+ rumwe kure cane i Adamu, igisagara kiri iruhande ya Zaretani+, mugabo ayamanuka ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, arahera. Agaburwamwo kubiri, maze abantu bajabukira aharabana na Yeriko.