2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Zaburi 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu. Zaburi 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova yaritegereje ari mu majuru+,Abona abana b’abantu bose+. Imigani 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaso ya Yehova ari ahantu hose+, akaguma areretse ababi n’abeza+. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.