Gusubira mu vyagezwe 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mugabo akishura amaso mu yandi uwumwanka, mu kumurandura+. Ntazogonanwa ku bijanye n’uwumwanka; azomwishura amaso mu yandi. Zaburi 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ukuboko kwawe kuzoshikira abansi bawe bose+;Ukuryo kwawe kuzoshikira abakwanka.
10 mugabo akishura amaso mu yandi uwumwanka, mu kumurandura+. Ntazogonanwa ku bijanye n’uwumwanka; azomwishura amaso mu yandi.