Zaburi 67:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela. Yesaya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi kuri uwo musi muzovuga koko muti: “Nimukengurukire Yehova yemwe+! Nimwambaze izina ryiwe+. Nimumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Nimuvuge yuko izina ryiwe rishizwe hejuru+.
4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela.
4 Kandi kuri uwo musi muzovuga koko muti: “Nimukengurukire Yehova yemwe+! Nimwambaze izina ryiwe+. Nimumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Nimuvuge yuko izina ryiwe rishizwe hejuru+.