Kuvayo 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Ntimuze mucumukuze umupfakazi n’umwe canke impfuvyi*+. Gusubira mu vyagezwe 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana. Zaburi 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ubwawe wabonye ivyago n’umwikomo.Uguma witegereza ngo ubizane bije mu kuboko kwawe+.Umuntu yigorewe+, mbere impfuvyi*, ni wewe yiragiza.Ni wewe wacitse umufasha wiwe+. Zaburi 146:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.
18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.
14 Kuko ubwawe wabonye ivyago n’umwikomo.Uguma witegereza ngo ubizane bije mu kuboko kwawe+.Umuntu yigorewe+, mbere impfuvyi*, ni wewe yiragiza.Ni wewe wacitse umufasha wiwe+.
9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.