ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 22:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Kuko imipfunda isuriranya yica yari inzitiye irya n’ino+;

      Hari amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi yaguma antera ubwoba+.

  • Yobu 38:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mbega amarembo y’urupfu+ warayapfukuriwe,

      Canke amarembo y’igitutu kizitanye+ woyabona?

  • Zaburi 30:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Ewe Yehova, warandugije unkura mu kuzimu+;

      Wangumije ndi muzima, kugira ngo simanuke mu cobo+.

  • Zaburi 107:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umutima wabo wanka urunuka ubwoko bwose bw’ibifungurwa+,

      Bashika ku marembo y’urupfu+.

  • Zaburi 116:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Imigozi y’urupfu yarankikuje+,

      Amarushwa y’ukuzimu yaranshikiriye+.

      Naguma nshikirwa n’amarushwa be n’intuntu+.

  • Yesaya 38:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Jewe navuze nti: “Imisi yanje igeze hagati, nzoja mu marembo+ y’ukuzimu.

      Nzokwakwa imyaka yanje isigaye+.”

  • Ivyahishuwe 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 n’umwe ari muzima+; kandi narapfuye+, mugabo, ehe ndi muzima ibihe bitazoshira+, kandi mfise impfunguruzo z’urupfu+ n’iz’ukuzimu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika