Guharura 21:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Inyuma y’ivyo barahindukira, badugana inzira ya Bashani+. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka guhura na bo, we hamwe n’abantu biwe bose, mu rugamba rw’i Edireyi+. Mika 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ragiza abantu bawe ikibando cawe+, ari bo mukuku w’intoranwa yawe, abahora baba mu kibira ari bonyene—hagati mu murima w’ivyamwa+. Nibarishe i Bashani n’i Gileyadi+ nko mu misi ya kera+.
33 Inyuma y’ivyo barahindukira, badugana inzira ya Bashani+. Ogi+ umwami wa Bashani aca arasohoka guhura na bo, we hamwe n’abantu biwe bose, mu rugamba rw’i Edireyi+.
14 Ragiza abantu bawe ikibando cawe+, ari bo mukuku w’intoranwa yawe, abahora baba mu kibira ari bonyene—hagati mu murima w’ivyamwa+. Nibarishe i Bashani n’i Gileyadi+ nko mu misi ya kera+.