Matayo 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+. Mariko 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani, abadugana ku musozi muremure ari bonyene gusa. Maze ahinduka ukundi imbere yabo+, 2 Petero 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Egome, ayo majambo twarayumvise+ azanwa ava mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi mweranda+.
17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+.
2 Nuko haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani, abadugana ku musozi muremure ari bonyene gusa. Maze ahinduka ukundi imbere yabo+,
18 Egome, ayo majambo twarayumvise+ azanwa ava mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi mweranda+.