Gusubira mu vyagezwe 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+; Gusubira mu vyagezwe 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ibisagara vyose vyo mu matāba na Gileyadi yose na Bashani yose gushika i Saleka+ n’i Edireyi+, ibisagara vy’ubwami bwa Ogi i Bashani. Zaburi 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ewe Mana yanje, muri jewe umutima wanje wihebuye+.Ni co gituma nkwibuka+,Nkakwibuka ndi mu gihugu ca Yorodani no ku masonga ya Herumoni+,Ndi kuri wa musozi mutoyi+.
8 “Ico gihe nyene dukura igihugu mu kuboko kwa ba bami babiri batwara Abamori+ bari mu karere ka Yorodani, kuva ku mwonga wa Arunoni+ gushika ku musozi Herumoni+;
10 ibisagara vyose vyo mu matāba na Gileyadi yose na Bashani yose gushika i Saleka+ n’i Edireyi+, ibisagara vy’ubwami bwa Ogi i Bashani.
6 Ewe Mana yanje, muri jewe umutima wanje wihebuye+.Ni co gituma nkwibuka+,Nkakwibuka ndi mu gihugu ca Yorodani no ku masonga ya Herumoni+,Ndi kuri wa musozi mutoyi+.