1 Ngoma 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko ababa i Yebusi batangura kubwira Dawidi bati: “Ntuzokwinjira ng’aha+.” Ariko Dawidi atangura gufata igihome gikomeye ca Siyoni+, ni ukuvuga Igisagara ca Dawidi+. Zaburi 48:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+. Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati:
5 Nuko ababa i Yebusi batangura kubwira Dawidi bati: “Ntuzokwinjira ng’aha+.” Ariko Dawidi atangura gufata igihome gikomeye ca Siyoni+, ni ukuvuga Igisagara ca Dawidi+.
2 Umusozi Siyoni ku mpande za kure zo mu buraruko+Ni mwiza mu bukiruruke, ukaba n’umwigino w’isi yose+,Igisagara c’Umwami w’Agahambaye+.