ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 2:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Kuva i Aroweri+, ahaherereye iruhande y’inkombe y’umwonga wa Arunoni, be n’igisagara kiri mu mwonga, gushika i Gileyadi, nta gisagara na kimwe catubereye kirekire birenze+. Yehova Imana yacu yarabigabuye vyose mu maboko yacu.

  • Gusubira mu vyagezwe 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “Kandi Yehova Imana yawe ata gukeka azohinda ayo mahanga agende arava imbere yawe buhorobuhoro+. Ntuzokwemererwa kuyaherengeteza ningoga, ngo ibikoko vyo mu gahinga ntibihave bigwira bikakugirira nabi.

  • Matayo 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nimugende rero mwige ico ibi bisobanura ngo: ‘Ico nshaka ni imbabazi, si ibimazi+.’ Kuko ntaje guhamagara abagororotsi, ahubwo naje guhamagara abacumuzi.”

  • 1 Timoteyo 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika