Kuvayo 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amaherezo bene Isirayeli baca hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+, mu gihe amazi yari ababereye uruhome iburyo bwabo n’ibubamfu bwabo+. Yesaya 51:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, amazi y’inyenga amahanga+? Si wewe wagize ibwina mu kiyaga inzira ngo abacunguwe bajabuke+?
22 Amaherezo bene Isirayeli baca hagati mu kiyaga kw’isi yumutse+, mu gihe amazi yari ababereye uruhome iburyo bwabo n’ibubamfu bwabo+.
10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, amazi y’inyenga amahanga+? Si wewe wagize ibwina mu kiyaga inzira ngo abacunguwe bajabuke+?