1 Abami 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega wishe+ wongera urigarurira+?”’ Wongere umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ahantu+ imbwa zarigatiye amaraso ya Naboti ni ho zizorigatira amaraso yawe, egome, ayawe+.”’” 1 Abami 22:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Nuko batangura kwoza nya mukogote w’intambara iruhande y’ikidengeri c’i Samariya, maze imbwa zirigata amaraso yiwe+ (kandi abamaraya biyuhagira ng’aho), nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yaravuze+. 2 Abami 9:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Avuga rero ati: “Nimumukorore+!” Maze baramukorora, hanyuma makeyi mu maraso yiwe atarukira ku ruhome no ku mafarasi; nuko Yehu aramuhonyanga+.
19 Umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega wishe+ wongera urigarurira+?”’ Wongere umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ahantu+ imbwa zarigatiye amaraso ya Naboti ni ho zizorigatira amaraso yawe, egome, ayawe+.”’”
38 Nuko batangura kwoza nya mukogote w’intambara iruhande y’ikidengeri c’i Samariya, maze imbwa zirigata amaraso yiwe+ (kandi abamaraya biyuhagira ng’aho), nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yaravuze+.
33 Avuga rero ati: “Nimumukorore+!” Maze baramukorora, hanyuma makeyi mu maraso yiwe atarukira ku ruhome no ku mafarasi; nuko Yehu aramuhonyanga+.