Zaburi 138:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+. Abanyefeso 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umwe rero ashobora gukora ibirengeye kure n’iyo ivyo dusaba vyose canke twiyumvira+, nk’uko ububasha bwiwe buriko bukorera+ muri twebwe buri,
8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+.
20 Umwe rero ashobora gukora ibirengeye kure n’iyo ivyo dusaba vyose canke twiyumvira+, nk’uko ububasha bwiwe buriko bukorera+ muri twebwe buri,