Luka 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”
2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”