Yobu 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None ubu ni je nsigaye ndi ururirimbo rwabo+,Kandi kuri bo ndi iciro ry’umugani+. Mariko 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, baza baramuhondesha irenga mu mutwe bongera bamucirako, bakaza baramwunamira bapfukamye+.
19 Vyongeye, baza baramuhondesha irenga mu mutwe bongera bamucirako, bakaza baramwunamira bapfukamye+.