Guharura 16:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Gutyo bamanuka mu kuzimu ari bazima, be n’ababo bose, isi na yo irabapfuka+, barazimangana hagati mw’ishengero+. Zaburi 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko utazompebera mu kuzimu+.Ntuzokwemera ko intahemuka yawe ibona icobo+.
33 Gutyo bamanuka mu kuzimu ari bazima, be n’ababo bose, isi na yo irabapfuka+, barazimangana hagati mw’ishengero+.