Zaburi 83:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bashishikara ku rwenge ikiyago cabo c’akabanga ngo bagirire nabi abantu bawe+;Kandi bagīra umugambi abantu bahishijwe bawe+. Matayo 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 baja inama+ yo gufata Yezu ku rwenge bakamwica. Matayo 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Bukeye, abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bose b’ico gisata bagira inama Yezu ngo bamwice+.
3 Bashishikara ku rwenge ikiyago cabo c’akabanga ngo bagirire nabi abantu bawe+;Kandi bagīra umugambi abantu bahishijwe bawe+.
27 Bukeye, abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bose b’ico gisata bagira inama Yezu ngo bamwice+.