Zaburi 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+? Yeremiya 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ewe cizigiro ca Isirayeli+, Umukiza wiwe+ mu gihe c’amarushwa+, kubera iki uba nka kavamahanga mu gihugu, nk’ingenzi yakebeje kugira ngo irare ahantu+?
22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+?
8 Ewe cizigiro ca Isirayeli+, Umukiza wiwe+ mu gihe c’amarushwa+, kubera iki uba nka kavamahanga mu gihugu, nk’ingenzi yakebeje kugira ngo irare ahantu+?