Zaburi 13:1 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uzogeza ryari ga Yehova kunyibagira+? Ibihe bidahera+?Uzogeza ryari kumpisha mu maso hawe+? Zaburi 44:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kubera iki uguma uhishije mu maso hawe?Kubera iki wibagira amarushwa yacu n’agahahazo turimwo+?