Imigani 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umutima wawe ntiwumvire agashari abacumuzi+, ahubwo nutinye Yehova burinde bwira+. Imigani 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntugirire agashari abantu babi+, kandi ntuhahamire kujana na bo+. Imigani 24:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nturungure kubera inkozi z’ikibi. Ntiwumvire agashari ababisha+.