Yesaya 57:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Nararakariye ikosa ry’inyungu yiwe y’akarenganyo+, ndaheza ndamukubita, mpisha mu maso hanje+, narakaye. Mugabo yagumye agenda nk’umuhemu+ mu nzira y’umutima wiwe. Mariko 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None nyen’umurima azokora iki? Azoza yice ba barimyi, nya murima+ na wo awuhe abandi+. Luka 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Baca bamuterera inyuma+ ya nya murima w’imizabibu, baramwica+. None nyen’umurima azobagira ate+?
17 “Nararakariye ikosa ry’inyungu yiwe y’akarenganyo+, ndaheza ndamukubita, mpisha mu maso hanje+, narakaye. Mugabo yagumye agenda nk’umuhemu+ mu nzira y’umutima wiwe.