ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kubera ko urubanza rwo guhasha igikorwa kibi rutashikijwe ningoga+, ni co gituma umutima w’abana b’abantu wiyemeje rwose muri bo gukora ikibi+.

  • Yesaya 56:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Nimuze! Reka mfate akavinyu, tunywe inzoga iboreza twikure+. Kandi ejo ntihazobura kumera nk’uno musi, habe ahakomeye cane rwose kuruta+.”

  • Ivyahishuwe 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Urugero yashikanyeko mu kwininahaza no mu kwibera mu bihinda vy’agaterasoni, urwo rugero abe ari rwo mugezako mu kumuha umubabaro n’ikigandaro+. Kuko mu mutima wiwe aguma avuga ngo: ‘Nicaye nk’umwamikazi+, kandi sindi umupfakazi+, kandi sinzokwigera mbona ikigandaro+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika