Zaburi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka. Zaburi 59:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’igicumuro c’akanwa kabo, ijambo ry’iminwa yabo+;Nibafatirwe mu bwishime bwabo+,Egome, kubera imivumo n’ubuhendanyi baguma basubiramwo. Abaroma 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Kandi akanwa kabo kuzuye ukuvumana be n’amajambo y’umururazi+.” 1 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,
6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka.
12 Ku bw’igicumuro c’akanwa kabo, ijambo ry’iminwa yabo+;Nibafatirwe mu bwishime bwabo+,Egome, kubera imivumo n’ubuhendanyi baguma basubiramwo.
10 Kuko handitswe ngo: “Uwushaka gukunda ubuzima no kubona imisi myiza+, narinde ururimi rwiwe+ ikibi n’iminwa yiwe ayirinde kuvuga ivy’ubuhendanyi+,