2 Ngoma 32:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Maze abantu benshi bazanira amaturo+ Yehova i Yeruzalemu, bazanira n’ibintu vyizavyiza Hezekiya umwami wa Yuda+, inyuma y’ivyo ashirwa hejuru+ mu maso y’amahanga yose. Zaburi 68:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kubera urusengero rwawe i Yeruzalemu+,Abami bazokuzanira amaturo+. Zaburi 89:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+.
23 Maze abantu benshi bazanira amaturo+ Yehova i Yeruzalemu, bazanira n’ibintu vyizavyiza Hezekiya umwami wa Yuda+, inyuma y’ivyo ashirwa hejuru+ mu maso y’amahanga yose.
7 Imana ni iyo kwumvirwa akoba mu mugwi w’abagenzi somambike w’aberanda+;Irahambaye kandi iteye ubwoba ku bayikikuje bose+.