Zaburi 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uyu murushwa yarahamagaye, Yehova ubwiwe arumva+.Yaramukijije amarushwa yiwe yose+. Zaburi 116:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko yanteze ugutwi+,Kandi mu misi yanje yose, nzohamagara+. Imigani 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Yehova ari kure y’ababisha+, mugabo yumva isengesho ry’abagororotsi+.