Zaburi 74:1 Bibiliya y’isi nshasha 74 Kubera iki ga Mana wadushibuye ibihe bidahera+?Kubera iki ishavu ryawe riguma rifumbukira umukuku wo mu buragiriro bwawe+? Zaburi 85:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega uzotururumbira ishavu gushika igihe kitagira urugero+?Mbega uzorehūra ishavu ryawe iyaruka ku rindi+? Gucura intimba 3:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Wazibije ibicu inzira ishika kuri wewe+, kugira ngo isengesho ntirirengane+.
74 Kubera iki ga Mana wadushibuye ibihe bidahera+?Kubera iki ishavu ryawe riguma rifumbukira umukuku wo mu buragiriro bwawe+?
5 Mbega uzotururumbira ishavu gushika igihe kitagira urugero+?Mbega uzorehūra ishavu ryawe iyaruka ku rindi+?