ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko umurima w’imizabibu+ wa Yehova nyen’ingabo ari inzu ya Isirayeli, abantu ba Yuda na bo bakaba igitâra yakunda cane+. Kandi yaguma yiteze urubanza rugororotse+, mugabo, ehe hari ukurenga itegeko; yaguma yiteze ubugororotsi, mugabo, ehe hari amaborogo+.”

  • Yeremiya 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ariko jewe, nari naraguteye uri umuzabibu utukura w’indobanurwa+, wose ari imbuto nyakuri. None wampindukiye gute imivyaro yononekaye y’umuzabibu w’icaduka+?’

  • Ezekiyeli 19:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Nyoko wawe+ yari nk’umuzabibu mu maraso yawe+, utewe iruhande y’amazi. Acika uwama ivyamwa, yuzura amashami, kubera amazi menshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika