Zaburi 44:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+. Zaburi 78:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+.
2 Wewe ubwawe warirukanye amahanga n’ukuboko kwawe+,Uraheza ubateragira mu kibanza cayo+.Wavunaguye imiryango y’amahanga, urayihinda+.
55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+.