Zaburi 33:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimumuririmbire ururirimbo rushasha+;Nimubashe imirya mujanisha n’akaruru k’umunezero+. Matayo 22:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 ‘Ndi Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+’? Ni Imana, atari iy’abapfuye, ahubwo y’abazima+.”
32 ‘Ndi Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+’? Ni Imana, atari iy’abapfuye, ahubwo y’abazima+.”