ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+.

  • Kuvayo 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Farawo yegereje, bene Isirayeli batangura kuraramura amaso yabo, maze babona Abanyamisiri bariko bagendera inyuma yabo. Nuko bene Isirayeli bagira ubwoba cane, baca batangura kuririra Yehova+.

  • Zaburi 50:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.

      Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”

  • Zaburi 91:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Azonyambaza, nanje ndamwishure+.

      Nzobana na we mu marushwa+.

      Nzomutabara, ndamuninahaze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika