ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.

  • Kuvayo 19:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Maze ijwi ry’inzamba rirushirije kuguma riduga, Musa atangura kuvuga, Imana y’ukuri na yo itangura kumwishura n’ijwi+.

  • Abaheburayo 12:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 n’ugusamirana kw’urumbete+ n’ijwi ry’amajambo+; aho abantu bumviye iryo jwi bakaba baratakamvye ngo ntihagire irindi jambo bongerwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika