Kuvayo 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ehe mpagaze imbere yawe hariya ku gitandara i Horebu. Nawe uze gukubita ku gitandara, amazi ave muri co, abantu banywe+.” Nuko Musa agira kuno mu maso y’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli. Gusubira mu vyagezwe 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,
6 Ehe mpagaze imbere yawe hariya ku gitandara i Horebu. Nawe uze gukubita ku gitandara, amazi ave muri co, abantu banywe+.” Nuko Musa agira kuno mu maso y’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli.
8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:“Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,Umwe wagereza i Masa+.Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,