Gusubira mu vyagezwe 32:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganyeHakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze. Zaburi 50:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Umvirize, bantu banje, ngira mvuge+,Ewe Isirayeli, ngira nshinge intahe ikwagiriza+.Ndi Imana, Imana yawe+.
36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganyeHakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.
7 “Umvirize, bantu banje, ngira mvuge+,Ewe Isirayeli, ngira nshinge intahe ikwagiriza+.Ndi Imana, Imana yawe+.