6 Mu nyuma bene Amoni babona yuko basigaye banukira+ Dawidi, maze abo bene Amoni batuma guhera Abasiriya b’i Beti-rehobu+ n’Abasiriya b’i Zoba+, abagabo ibihumbi mirongo ibiri bari ku maguru, be n’umwami wa Mayaka+ kumwe n’abagabo igihumbi, kwa Ishitobu na ho hava abagabo ibihumbi cumi na bibiri.