Zaburi 56:1 Bibiliya y’isi nshasha 56 Ngirira ubutoni, Mana, kuko umuntu buntu yarondeye kunsūmira n’umunwa+.Ararwana bukarinda bwira, akaguma ampahaza+. Zaburi 57:1 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.
56 Ngirira ubutoni, Mana, kuko umuntu buntu yarondeye kunsūmira n’umunwa+.Ararwana bukarinda bwira, akaguma ampahaza+.
57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.