Yobu 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ijisho ryanje ritera ribona ivyijiji kubera umwikomo+,Ibihimba vyanje vyose na vyo bimeze nk’igitutu. Zaburi 38:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima wanje wadidagiye bikomeye, ububasha bwanje bwamvuyemwo,N’umuco w’amaso yanje ntukiri kumwe nanje+. Zaburi 42:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amosozi yanje ambereye ibifungurwa umurango n’ijoro+,Na bo bukarinda bwira bambwira ngo: “Imana yawe iri hehe+?” Gucura intimba 3:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ijisho ryanje ryarindimutse kandi ntirizohagarika, ku buryo ata kuruhuka kuriho+,
7 Ijisho ryanje ritera ribona ivyijiji kubera umwikomo+,Ibihimba vyanje vyose na vyo bimeze nk’igitutu.
10 Umutima wanje wadidagiye bikomeye, ububasha bwanje bwamvuyemwo,N’umuco w’amaso yanje ntukiri kumwe nanje+.
3 Amosozi yanje ambereye ibifungurwa umurango n’ijoro+,Na bo bukarinda bwira bambwira ngo: “Imana yawe iri hehe+?”