ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 Nuko Salomo akirangiza gusenga Yehova akoresheje iryo sengesho ryose n’ukwo gusaba ubutoni kwose, arahaguruka ava imbere y’igicaniro ca Yehova, aho yari apfukamye+ agaranzuye ibiganza avyerekeje mu majuru+;

  • 2 Ngoma 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 (Kuko Salomo yari yarakoze umukiruruko+ w’umujumpu, akawushira hagati na hagati mu rugo+. Uburebure bwawo bwari amatambwe atanu, ubwaguke bwawo amatambwe atanu, amahagarara yawo na yo akaba amatambwe atatu; yari awuhagazeko.) Apfukama+ rero imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose, hanyuma agaranzura ibiganza avyerekeje mu majuru+.

  • Zaburi 143:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Nagusanziye amaboko yanje+;

      Kuri wewe umutima wanje umeze nk’igihugu kirushe+. Sela.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika