1 Ngoma 16:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 kandi hamwe na bo ashiraho Hemani+ na Yedutuni n’abasigaye bo mu bagabo batowe, bavuzwe+ amazina, kugira ngo bakengurukire Yehova+, kuko “ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+”; Nehemiya 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo, Yesaya 54:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko imisozi ishobora gukurwaho, n’imirambi igashobora kudandabagirana+, mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje ntibuzokurwa kuri wewe+, canke ngo isezerano ryanje ry’amahoro ridandabagirane+,” ni ko Yehova, Umwe akugirira imbabazi+, avuze.
41 kandi hamwe na bo ashiraho Hemani+ na Yedutuni n’abasigaye bo mu bagabo batowe, bavuzwe+ amazina, kugira ngo bakengurukire Yehova+, kuko “ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+”;
5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo,
10 Kuko imisozi ishobora gukurwaho, n’imirambi igashobora kudandabagirana+, mugabo ubuntu bwuzuye urukundo bwanje ntibuzokurwa kuri wewe+, canke ngo isezerano ryanje ry’amahoro ridandabagirane+,” ni ko Yehova, Umwe akugirira imbabazi+, avuze.