Zaburi 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amajuru amenyesha ubuninahazwa bw’Imana+;Ikirere na co kivuga igikorwa c’amaboko yayo+. Zaburi 50:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amajuru ayaga ubugororotsi bwayo+,Kuko Imana ubwayo ari Umucamanza+. Sela. Zaburi 97:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amajuru yamenyesheje ubugororotsi bwiwe+,Kandi ibisata vy’abantu vyose vyabonye ubuninahazwa bwiwe+.
6 Amajuru yamenyesheje ubugororotsi bwiwe+,Kandi ibisata vy’abantu vyose vyabonye ubuninahazwa bwiwe+.