ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;

      Azobaturagarira ari mw’ijuru+.

      Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,

      Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,

      Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”

  • Zaburi 75:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Kandi amahembe y’ababisha yose nzotemagura+.”

      Amahembe y’umugororotsi azoshirwa hejuru+.

  • Zaburi 92:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo uzoshira hejuru ihembe ryanje nka rirya ry’ishūri y’inyeshamba+;

      Nzokwibombekesha amavuta mashasha+.

  • Zaburi 132:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.

      Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika