Zaburi 21:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ukuboko kwawe kuzoshikira abansi bawe bose+;Ukuryo kwawe kuzoshikira abakwanka. Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Luka 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Vyongeye, abo bansi banje batashatse yuko ndababera umwami nimubazane ng’aha mubicire imbere yanje+.’ ” Yohani 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Iyo ntaba narakoreye muri bo ibikorwa ata wundi n’umwe yakoze+, nta gicumuro bobaye bafise+; mugabo ubu jewe na Dawe baratubonye bongera baratwanka+.
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
27 Vyongeye, abo bansi banje batashatse yuko ndababera umwami nimubazane ng’aha mubicire imbere yanje+.’ ”
24 Iyo ntaba narakoreye muri bo ibikorwa ata wundi n’umwe yakoze+, nta gicumuro bobaye bafise+; mugabo ubu jewe na Dawe baratubonye bongera baratwanka+.