Guharura 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Amazi aguma aseseka avuye mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,Kandi imbuto yiwe iri iruhande y’amazi menshi+.Eka umwami+ wiwe azoba hejuru kuruta Agagi+,Kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+. 1 Timoteyo 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara, Ivyahishuwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 no kuri Yezu Kristu, “ca Cabona Cizigirwa+,” “Imfura mu kuva mu bapfuye+,” n’“Umutware w’abami b’isi+.” Umwe adukunda+ kandi yatubohoye mu bicumuro vyacu biciye ku maraso yiwe bwite+— Ivyahishuwe 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ku mpuzu yiwe yo hejuru, mbere kw’itako ryiwe, afise izina ryanditswe, ngo: Umwami w’abami n’Umukama w’abakama+.
7 Amazi aguma aseseka avuye mu ndobo ziwe zibiri z’inshato,Kandi imbuto yiwe iri iruhande y’amazi menshi+.Eka umwami+ wiwe azoba hejuru kuruta Agagi+,Kandi ubwami bwiwe buzoshirwa hejuru+.
15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara,
5 no kuri Yezu Kristu, “ca Cabona Cizigirwa+,” “Imfura mu kuva mu bapfuye+,” n’“Umutware w’abami b’isi+.” Umwe adukunda+ kandi yatubohoye mu bicumuro vyacu biciye ku maraso yiwe bwite+—
16 Kandi ku mpuzu yiwe yo hejuru, mbere kw’itako ryiwe, afise izina ryanditswe, ngo: Umwami w’abami n’Umukama w’abakama+.