Gusubira mu vyagezwe 28:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Uzocika akajoreza+, iciro ry’umugani+ n’akamenyo mu bisata vy’abantu vyose Yehova azokujanamwo. Nehemiya 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nongera mvuga nti: “Ico kintu muriko murakora si ciza+. Mbega ntimukwiye kugendera mu gutinya+ Imana yacu+ kubera iceyi+ c’amahanga, ari bo bansi bacu+?
9 Nongera mvuga nti: “Ico kintu muriko murakora si ciza+. Mbega ntimukwiye kugendera mu gutinya+ Imana yacu+ kubera iceyi+ c’amahanga, ari bo bansi bacu+?