Yeremiya 51:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze. Yohani 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”
39 “Nibamara gushwangamuka nzotegura inzimano zabo kandi nzobaboreza kugira ngo bigine+; bazosinzira itiro ryamaho gushika igihe kitagira urugero, iryo batazokwikangura ngo barivemwo+,” ni ko Yehova avuze.
11 Avuga ivyo bintu, hanyuma ababwira ati: “Lazaro umugenzi wacu araruhutse, mugabo ndagiyeyo kumukangura mw’itiro+.”