ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 44:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Wadushiriyeho kuba iceyi ku babanyi bacu+,

      Agatwengo be n’akamenyo ku badukikije+.

  • Zaburi 74:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Haguruka, Mana we, uhagarikire imburano zawe+.

      Ibuka iceyi usigwa n’imburabwenge bukarinda bwira+.

  • Abaheburayo 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 kuko yabonye ko iceyi+ ca Kristu ari ubutunzi buruta amatunga yo mu Misiri; kuko yashinze ijisho itangwa ry’impembo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika